Imigani 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kugira ngo abantu batazi utuntu n’utundi bahabwe ukwiyubara+, n’umusore ahabwe ubumenyi+ n’ubushobozi bwo kwiyumvira+. Imigani 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Jewe bukerebutsi, nabanye n’ukwiyubara+, kandi ndaronka ubumenyi bw’ubushobozi bwo kwiyumvira+.
4 kugira ngo abantu batazi utuntu n’utundi bahabwe ukwiyubara+, n’umusore ahabwe ubumenyi+ n’ubushobozi bwo kwiyumvira+.