Imigani 31:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntuhe inkomezi zawe abagore+, canke ngo inzira zawe uzihe ibishikana abami ku guhanagurwa+. Luka 15:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo uyo muhungu wawe+ yamariye mu bamaraya+ uburyo ufise bwo kubaho, yabaye agishika uca umubagira ca kimasa cadoheshejwe+.’
30 Mugabo uyo muhungu wawe+ yamariye mu bamaraya+ uburyo ufise bwo kubaho, yabaye agishika uca umubagira ca kimasa cadoheshejwe+.’