Imigani 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Akanwa k’ikijuju ni ko gatikizo kaco+, kandi iminwa yaco ibera umutego ubuzima bwaco+.