Imigani 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kurya kw’inkarihe ku menyo, kurya kw’umwotsi ku maso, ni ko ikinebwe kimera ku bagitumye+. Imigani 26:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ikinebwe cavuze ngo: “Hari umukangara w’intambwe mu nzira, intambwe mu bibanza vya bose+.”