Yesaya 59:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ibirenge vyabo biguma vyirukira ikibi gusa+, kandi bihutira gusesa amaraso y’intungane+. Ivyiyumviro vyabo ni ivyiyumviro bibi+; ukunyaga n’ugusenyuka biri mu mayira yabo y’ibirari+. Abaroma 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ibirenge vyabo vyihutira gusesa amaraso+.”
7 Ibirenge vyabo biguma vyirukira ikibi gusa+, kandi bihutira gusesa amaraso y’intungane+. Ivyiyumviro vyabo ni ivyiyumviro bibi+; ukunyaga n’ugusenyuka biri mu mayira yabo y’ibirari+.