Imigani 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umviriza mwananje, indero ya so wawe+, kandi ntuhebe itegeko rya nyoko wawe+.