Yesaya 30:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi amatwi yawe azokwumva ijambo inyuma yawe rivuga ngo: “Iyi ni yo nzira+. Nimuyigenderemwo,” nimwaramuka mugiye iburyo canke ibubamfu+. Yesaya 51:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nunyumvirize, wa gisata canje; nawe muryango wanje w’amahanga+, nuntege ugutwi. Kuko itegeko rizosohoka rivuye kuri jewe+, kandi ingingo yanje y’ubutungane* nzoyishinga ibe nk’umuco ku bisata vy’abantu+.
21 Kandi amatwi yawe azokwumva ijambo inyuma yawe rivuga ngo: “Iyi ni yo nzira+. Nimuyigenderemwo,” nimwaramuka mugiye iburyo canke ibubamfu+.
4 “Nunyumvirize, wa gisata canje; nawe muryango wanje w’amahanga+, nuntege ugutwi. Kuko itegeko rizosohoka rivuye kuri jewe+, kandi ingingo yanje y’ubutungane* nzoyishinga ibe nk’umuco ku bisata vy’abantu+.