Imigani 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Gumiza inzira yawe kure y’aho ari, kandi ntiwegere ubwinjiriro bw’inzu yiwe+, 1 Petero 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bakundwa, ndabahimiriza nka ba kavamahanga n’ingenzi+ ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, ari na vyo nyene biguma birwanya ubuzima+.
11 Bakundwa, ndabahimiriza nka ba kavamahanga n’ingenzi+ ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, ari na vyo nyene biguma birwanya ubuzima+.