Imigani 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Haruguru ku mpera y’amabarabara yuzuye urwamo burasemerera+. Ku minjiriro y’amarembo yinjira mu gisagara, buravuga amajambo yabwo+, buti:
21 Haruguru ku mpera y’amabarabara yuzuye urwamo burasemerera+. Ku minjiriro y’amarembo yinjira mu gisagara, buravuga amajambo yabwo+, buti: