Imigani 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Iminwa y’ikinyoma ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo abakorana ubwizigirwa baramuhimbara+. Imigani 29:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Umuntu w’akarenganyo ni ikintu giteye ishishi ku bagororotsi+, kandi umuntu agororotse mu nzira yiwe ni ikintu giteye ishishi ku mubisha+.
22 Iminwa y’ikinyoma ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo abakorana ubwizigirwa baramuhimbara+.
27 Umuntu w’akarenganyo ni ikintu giteye ishishi ku bagororotsi+, kandi umuntu agororotse mu nzira yiwe ni ikintu giteye ishishi ku mubisha+.