Zaburi 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni izo kwipfuzwa kuruta inzahabu, egome, kuruta inzahabu nyinshi zityoroye+;Kandi zisosa kuruta ubuki+ be na bwa buki butemba bwo mu bimamara+. Zaburi 119:127 Bibiliya y’isi nshasha 127 Ni co gituma nakunze amabwirizwa yawe+Kuruta inzahabu, emwe, inzahabu ityoroye+.
10 Ni izo kwipfuzwa kuruta inzahabu, egome, kuruta inzahabu nyinshi zityoroye+;Kandi zisosa kuruta ubuki+ be na bwa buki butemba bwo mu bimamara+.