Zaburi 72:1 Bibiliya y’isi nshasha 72 Ewe Mana, nuhe umwami ingingo zawe z’ubutungane+,Uhe ubugororotsi bwawe umwana w’umwami+.