-
1 Abami 3:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 Salomo aca avuga ati: “Wewe ubwawe waragiriye cane ubuntu bwuzuye urukundo+ umusavyi wawe Dawidi dawe, wisunze uko yagendeye imbere yawe mu kuri no mu bugororotsi+ no mu kugororoka kw’umutima ku bijanye nawe; kandi warabandanije kumugirira cane ubwo buntu bwuzuye urukundo, ku buryo wamuhaye umuhungu wo kwicara ku ntebe y’ubwami yiwe, nk’uko biri uyu musi+.
-