Zaburi 37:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo abatekereza bazokwigabira isi+,Kandi bazokwinovora amahoro menshi+. Matayo 25:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Maze umwami azobwira abari iburyo bwiwe ati: ‘Nimuze, mwebwe abahezagiwe na Dawe+, mutorane+ ubwami+ mwateguriwe kuva kw’ishingwa ry’isi+.
34 “Maze umwami azobwira abari iburyo bwiwe ati: ‘Nimuze, mwebwe abahezagiwe na Dawe+, mutorane+ ubwami+ mwateguriwe kuva kw’ishingwa ry’isi+.