Itanguriro 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Imana yita nya si yumutse Isi+, mugabo ikoraniro ry’amazi iryita Ibiyaga+. Maze Imana ibona ko ari vyiza+. Zaburi 90:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Imbere y’uko imisozi ivuka+,Imbere y’uko utangura kuvyara isi+ be n’ubutaka bwimbuka+, nko mu bubabare bw’ibise,Mbere kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero, uri Imana+.
10 Imana yita nya si yumutse Isi+, mugabo ikoraniro ry’amazi iryita Ibiyaga+. Maze Imana ibona ko ari vyiza+.
2 Imbere y’uko imisozi ivuka+,Imbere y’uko utangura kuvyara isi+ be n’ubutaka bwimbuka+, nko mu bubabare bw’ibise,Mbere kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero, uri Imana+.