Itanguriro 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo igipfungu+ caraduga kivuye kw’isi kikavomera uburinganire bwose bw’ubutaka+. Itanguriro 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mu mwaka ugira amajana atandatu Nowa abayeho, mu kwezi kugira kabiri, ku musi ugira cumi n’indwi w’ukwo kwezi, kuri uwo musi imbizi zose z’inyenga y’amazi nini amahanga zirasaduka, n’ingomero z’amajuru ziruguruka+. Itanguriro 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko za mbizi z’inyenga y’amazi+ na za ngomero+ z’amajuru birugarwa, gutyo imvura y’isegenya yariko igwa ivuye mu majuru irazibirwa. Zaburi 104:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Wayipfutse inyenga y’amazi nk’impuzu+.Amazi yareremba hejuru y’imisozi+.
11 Mu mwaka ugira amajana atandatu Nowa abayeho, mu kwezi kugira kabiri, ku musi ugira cumi n’indwi w’ukwo kwezi, kuri uwo musi imbizi zose z’inyenga y’amazi nini amahanga zirasaduka, n’ingomero z’amajuru ziruguruka+.
2 Nuko za mbizi z’inyenga y’amazi+ na za ngomero+ z’amajuru birugarwa, gutyo imvura y’isegenya yariko igwa ivuye mu majuru irazibirwa.