Itanguriro 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Imana yongera kuvuga iti: “Amazi yo munsi y’amajuru nakoranire ahantu hamwe, kandi haboneke isi yumutse+.” Biraheza biba kuno.
9 Imana yongera kuvuga iti: “Amazi yo munsi y’amajuru nakoranire ahantu hamwe, kandi haboneke isi yumutse+.” Biraheza biba kuno.