Imigani 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umwiza arashimwa na Yehova+, mugabo umuntu w’ivyiyumviro vy’ububisha amwita umubisha+. Abanyefeso 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ngo hashemezwe+ ubuntu ata wari abukwiriye bwayo+ buninahaye, ubwo yatugiriye n’umutima ukunze biciye ku mukundwa wayo+.
6 ngo hashemezwe+ ubuntu ata wari abukwiriye bwayo+ buninahaye, ubwo yatugiriye n’umutima ukunze biciye ku mukundwa wayo+.