Luka 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Hanyuma atuma umushumba wiwe kw’isaha ya nya mfungurwa ngo abwire abatumire ati: ‘Nimuze+, kuko ibintu ubu biteguye.’
17 Hanyuma atuma umushumba wiwe kw’isaha ya nya mfungurwa ngo abwire abatumire ati: ‘Nimuze+, kuko ibintu ubu biteguye.’