Imigani 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mu mwanya ari hanze, mu mwanya ari mu bibanza vya bose+, akabunda hafi y’ikorosi ryose+. Imigani 23:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ni ukuri, arabunda nka kurya kw’umwambuzi+; kandi agwiza ibihemu mu bantu+.