Imigani 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 yariko aca mw’ibarabara hafi y’ikorosi ry’iwabo wa nya mugore, kandi yagendera mu nzira igana ku nzu y’uno mugore+, Imigani 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko abo yagaritse ari benshi+, kandi abicwa na we bose ni indiri+. Imigani 23:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko umumaraya ari icobo kirekire+, kandi umugore w’umunyamahangakazi ni iriba ryaga.
8 yariko aca mw’ibarabara hafi y’ikorosi ry’iwabo wa nya mugore, kandi yagendera mu nzira igana ku nzu y’uno mugore+,