Zaburi 25:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ugutungana n’ukugororoka ubwavyo nibinzigame+,Kuko ari wewe nizigiye+. Imigani 28:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uwugenda ata mahinyu azokizwa+, mugabo uwuhetaraye mu nzira ziwe azogwa bukwi na bukwi+.