ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 21:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Ico umutima wiwe wipfuza warakimuhaye+,

      Kandi ico iminwa yiwe ishaka ntiwakimwimye+. Sela.

  • Zaburi 37:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Vyongeye, nusoserwe na Yehova+,

      Na we azoguha ivyo umutima wawe usaba+.

  • Yohani 16:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Gushika ubu nta kintu na kimwe murasaba mw’izina ryanje. Nimusabe muzoronka, ngo akanyamuneza kanyu kuzuzwe+.

  • 1 Yohani 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika