ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 31:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Mbega ntihari ivyago ku nkozi y’ikibi+,

      N’amagorwa ku bakora ibintu bibabaza?

  • Zaburi 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Kuko Yehova amenya inzira y’abagororotsi+,

      Mugabo inzira y’ababisha izozimangana+.

  • Luka 13:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mugabo azobabwira ati: ‘Sinzi iyo muva. Mve mu maso, mwebwe mwese abakora ibitagororotse+!’

  • Abaroma 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 ariko ku banyamahane+ kandi bagambararira ukuri+ mugabo bakagamburukira ibitagororotse hazoba uburake n’ishavu+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika