Zaburi 25:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ugutungana n’ukugororoka ubwavyo nibinzigame+,Kuko ari wewe nizigiye+. Zaburi 26:1 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ncira urubanza+, Yehova we, kuko jewe nagendeye mu gutungana kwanje+,Kandi Yehova ni we nizigiye, kugira ngo sinyoganyoge+. Imigani 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ubugororotsi buzigama umuntu ata nabi akora mu nzira yiwe+, mugabo ububisha ni bwo butembagaza umucumuzi+.
26 Ncira urubanza+, Yehova we, kuko jewe nagendeye mu gutungana kwanje+,Kandi Yehova ni we nizigiye, kugira ngo sinyoganyoge+.
6 Ubugororotsi buzigama umuntu ata nabi akora mu nzira yiwe+, mugabo ububisha ni bwo butembagaza umucumuzi+.