Yakobo 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Inzahabu n’ifeza vyanyu bimazwe n’ingese, kandi ingese yavyo izobabera nk’intahe ibagiriza kandi izorya inyama zanyu. Ikintu kimeze nk’umuriro+ ni co mwarundanije+ mu misi ya nyuma+.
3 Inzahabu n’ifeza vyanyu bimazwe n’ingese, kandi ingese yavyo izobabera nk’intahe ibagiriza kandi izorya inyama zanyu. Ikintu kimeze nk’umuriro+ ni co mwarundanije+ mu misi ya nyuma+.