Yobu 27:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uyo ni wo muturi umuntu w’umubisha ahabwa n’Imana+;Kandi intoranwa y’intwazamukazo zizoyihabwa na Mushoboravyose ubwiwe. Abagalatiya 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntimuzimire+: Imana ntihemwa+. Kuko ico umuntu abiba cose ari co nyene azokwimbura+;
13 Uyo ni wo muturi umuntu w’umubisha ahabwa n’Imana+;Kandi intoranwa y’intwazamukazo zizoyihabwa na Mushoboravyose ubwiwe.