Zaburi 18:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ku wuguma adahumanye uzokwerekana ko udahumanye+;Ku wuhetaraye na we uzokwerekana ko ugoramye+; Imigani 3:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kuko umunyamayeri+ ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo kugirana ubugenzi somambike na We ni ivy’abagororotse+. Imigani 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni co gituma ivyago vyiwe bizoza giturumbuka+; mu kanya isase azovunagurwa, kandi nta gukira kuzohaba+.
32 Kuko umunyamayeri+ ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo kugirana ubugenzi somambike na We ni ivy’abagororotse+.
15 Ni co gituma ivyago vyiwe bizoza giturumbuka+; mu kanya isase azovunagurwa, kandi nta gukira kuzohaba+.