Hagayi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mwabivye imbuto nyinshi, mugabo mwimbura bike+. Murarya, mugabo ntimuhaga+. Muranywa, mugabo ntimushika aho muborerwa. Murambara impuzu, mugabo nta n’umwe asusuruka; kandi uwuca ingero ayicira mw’isaho itobaguritse+.’”
6 Mwabivye imbuto nyinshi, mugabo mwimbura bike+. Murarya, mugabo ntimuhaga+. Muranywa, mugabo ntimushika aho muborerwa. Murambara impuzu, mugabo nta n’umwe asusuruka; kandi uwuca ingero ayicira mw’isaho itobaguritse+.’”