ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 41:56
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 56 Kandi nya kigoyi carabica bigacika kw’isi yose+. Yozefu atangura rero kwugurura ibigega vyose vy’intete vyari muri bo no kuzigurisha ku Banyamisiri+, kuko ikigoyi cari kibangamiye rwose igihugu ca Misiri.

  • Yobu 29:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Umuhezagiro+ w’uwugira acikane waraza kuri jewe,

      Kandi umutima w’umupfakazi narawunezereza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika