Imigani 6:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uwo wese arenga ibigo mu kuryamana n’umugore, ntagira umutima+; uwubigira aba ariko yikwegera guhona+. Matayo 16:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mbega umuntu vyomumarira iki niyunguka isi yose mugabo agaheba ubuzima bwiwe+? Canke umuntu yotanga iki ngo arokore+ ubuzima bwiwe?
32 Uwo wese arenga ibigo mu kuryamana n’umugore, ntagira umutima+; uwubigira aba ariko yikwegera guhona+.
26 Mbega umuntu vyomumarira iki niyunguka isi yose mugabo agaheba ubuzima bwiwe+? Canke umuntu yotanga iki ngo arokore+ ubuzima bwiwe?