Matayo 5:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ariko jewe ndababwiye nti: Nturwanye umuntu mubi; mugabo uwo wese agukubise ikofe kw’itama+ ry’i buryo, muhindukirize n’irindi. Matayo 5:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 kandi nimba umuntu afise ububasha agutegetse kugira ico umufasha ahareha n’intambwe igihumbi, jana na we intambwe ibihumbi bibiri+.
39 Ariko jewe ndababwiye nti: Nturwanye umuntu mubi; mugabo uwo wese agukubise ikofe kw’itama+ ry’i buryo, muhindukirize n’irindi.
41 kandi nimba umuntu afise ububasha agutegetse kugira ico umufasha ahareha n’intambwe igihumbi, jana na we intambwe ibihumbi bibiri+.