1 Petero 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko handitswe ngo: “Uwushaka gukunda ubuzima no kubona imisi myiza+, narinde ururimi rwiwe+ ikibi n’iminwa yiwe ayirinde kuvuga ivy’ubuhendanyi+,
10 Kuko handitswe ngo: “Uwushaka gukunda ubuzima no kubona imisi myiza+, narinde ururimi rwiwe+ ikibi n’iminwa yiwe ayirinde kuvuga ivy’ubuhendanyi+,