Imigani 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Icabona c’ikinyoma ntikizobura guhanwa+, kandi uwusuka ibinyoma azohwera+. Ivyakozwe 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo Petero avuga ati: “Ananiya, kubera iki Shetani+ yagutinyuye ukarondera guhenda+ impwemu nyeranda+ no kugumya mu mpisho igice c’ikiguzi c’itongo?
3 Mugabo Petero avuga ati: “Ananiya, kubera iki Shetani+ yagutinyuye ukarondera guhenda+ impwemu nyeranda+ no kugumya mu mpisho igice c’ikiguzi c’itongo?