Zaburi 91:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nta cago kizogushikira+,Eka nta n’ikiza kizokwegēra ihema ryawe+. Imigani 1:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nayo uwunyumviriza, azokwibera mu mutekano+ kandi ntahagarikwe umutima n’ugutinya amagorwa+.” Imigani 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ubugororotsi buzigama umuntu ata nabi akora mu nzira yiwe+, mugabo ububisha ni bwo butembagaza umucumuzi+.
6 Ubugororotsi buzigama umuntu ata nabi akora mu nzira yiwe+, mugabo ububisha ni bwo butembagaza umucumuzi+.