ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 1:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Bazorya rero ku vyamwa vy’inzira yabo+, kandi bazohimba inama zabo bwite+.

  • Yesaya 48:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “Nta mahoro ku babisha,” ni ko Yehova avuze+.

  • Habakuki 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Uzokwuzura agateterwe aho kwuzura ubuninahazwa+. Nunywe nawe+, uheze ubonwe ko utagenyerewe+. Igikombe co mu kuryo kwa Yehova na wewe kizogushikira+, kandi agaterasoni kazoba ku buninahazwa bwawe;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika