Zaburi 69:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Narushe no gusemerera+;Umuhogo wanje wasaraye.Amaso yanje yagwabiye ndindiriye Imana yanje+. Zaburi 143:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nunyaruke, nunyishure, ewe Yehova+!Inkomezi zanje zirarangiye*+.Mu maso hawe ntuhampishe+,Ahandiho noca mera nk’abamanuka mu cobo+.
7 Nunyaruke, nunyishure, ewe Yehova+!Inkomezi zanje zirarangiye*+.Mu maso hawe ntuhampishe+,Ahandiho noca mera nk’abamanuka mu cobo+.