Imigani 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Inzira y’ababisha imeze nk’umuzimagiza+; ntibazi ico baguma batsitarako+. Abaroma 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+.
21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+.