Gusubira mu vyagezwe 32:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe. Luka 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Uwubumvirije+ na jewe aba anyumvirije. Kandi uwubakengereye na jewe aba ankengereye. Vyongeye, uwunkengereye+ aba akengereye n’uwantumye.”
15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe.
16 “Uwubumvirije+ na jewe aba anyumvirije. Kandi uwubakengereye na jewe aba ankengereye. Vyongeye, uwunkengereye+ aba akengereye n’uwantumye.”