Itanguriro 39:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze nya mugore amucakira impuzu+, avuga ati: “Ingo turyamane+!” Mugabo Yozefu amutana impuzu yiwe mu kuboko, arahunga, aja hanze+. 1 Abatesalonika 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mwirinde ubwoko bwose bw’ububisha+.
12 Maze nya mugore amucakira impuzu+, avuga ati: “Ingo turyamane+!” Mugabo Yozefu amutana impuzu yiwe mu kuboko, arahunga, aja hanze+.