Imigani 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Igipfu ni co kimenyekanisha umwikomo waco kuri nya musi nyene+, mugabo umunyabwenge arapfuka agateterwe+. Imigani 16:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uwuteba gushavura aruta umunyenkomezi+, kandi uwucungera umutima wiwe aruta uwufata igisagara+.
16 Igipfu ni co kimenyekanisha umwikomo waco kuri nya musi nyene+, mugabo umunyabwenge arapfuka agateterwe+.