1 Samweli 25:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ndakwinginze, umukama wanje ntashire umutima kuri uwo mugabo w’imburakimazi+ Nabali, kuko nk’uko izina ryiwe riri, ari ko ari. Nabali* ni ryo zina ryiwe, nta bwenge agira+. Nayo jewe umushumbakazi wawe, sinabonye imisore y’umukama wanje watumye. Imigani 27:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Naho wosekura igipfu n’umusekuzo mw’isekuro kikanoga, mu ntete zihuye, ubupfu bwaco ntibuzokivako+.
25 Ndakwinginze, umukama wanje ntashire umutima kuri uwo mugabo w’imburakimazi+ Nabali, kuko nk’uko izina ryiwe riri, ari ko ari. Nabali* ni ryo zina ryiwe, nta bwenge agira+. Nayo jewe umushumbakazi wawe, sinabonye imisore y’umukama wanje watumye.
22 Naho wosekura igipfu n’umusekuzo mw’isekuro kikanoga, mu ntete zihuye, ubupfu bwaco ntibuzokivako+.