Zaburi 59:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Raba! Badudubiza amajambo n’akanwa kabo+;Inkota ziri ku minwa yabo+,Kuko, ni nde yumviriza+? Yakobo 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu kanwa kamwe havamwo umuhezagiro n’umuvumo. Ntibibereye, bene wacu, ko ivyo bintu bibandanya kuba gutyo+.
10 Mu kanwa kamwe havamwo umuhezagiro n’umuvumo. Ntibibereye, bene wacu, ko ivyo bintu bibandanya kuba gutyo+.