Zaburi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova amenya inzira y’abagororotsi+,Mugabo inzira y’ababisha izozimangana+. Zaburi 146:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova ararinda ba kavamahanga+;Impfuvyi* be n’umupfakazi arabatabara+,Mugabo inzira+ y’ababisha arayihetarika+. Matayo 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Mwinjirane mw’irembo ryaga+; kubera ko inzira nini kandi yagutse ijana mu mahonero, kandi benshi ni bo binjirana muri yo;
9 Yehova ararinda ba kavamahanga+;Impfuvyi* be n’umupfakazi arabatabara+,Mugabo inzira+ y’ababisha arayihetarika+.
13 “Mwinjirane mw’irembo ryaga+; kubera ko inzira nini kandi yagutse ijana mu mahonero, kandi benshi ni bo binjirana muri yo;