Nehemiya 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko umwami ambwira ati: “Kubera iki wijiriwe mu maso+ kandi utarwaye? Ico si ikindi atari ukwijirwa kw’umutima+.” Nca ndatinya cane. Zaburi 143:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi umushaha wanje+ uradendebukiwe muri jewe;Hagati muri jewe, umutima wanje uratimvye+. Imigani 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Amaganya mu mutima w’umuntu awutera kwicurikira+, mugabo ijambo ryiza rirawunezereza+.
2 Nuko umwami ambwira ati: “Kubera iki wijiriwe mu maso+ kandi utarwaye? Ico si ikindi atari ukwijirwa kw’umutima+.” Nca ndatinya cane.