Gusubira mu vyagezwe 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ishitsa urubanza ku bw’impfuvyi* n’umupfakazi+ kandi igakunda kavamahanga+ ku buryo imuha umukate n’umutamana. Zaburi 146:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova ararinda ba kavamahanga+;Impfuvyi* be n’umupfakazi arabatabara+,Mugabo inzira+ y’ababisha arayihetarika+.
18 ishitsa urubanza ku bw’impfuvyi* n’umupfakazi+ kandi igakunda kavamahanga+ ku buryo imuha umukate n’umutamana.
9 Yehova ararinda ba kavamahanga+;Impfuvyi* be n’umupfakazi arabatabara+,Mugabo inzira+ y’ababisha arayihetarika+.