Zaburi 34:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Amaso ya Yehova arwanya abakora ikibi+,Kugira abarandure ntibabe bakivugwa kw’isi+. Zaburi 138:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova ari hejuru, yamara arabona uwuciye bugufi+;Ariko uwiduza amumenyera kure gusa+. 1 Petero 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”
12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”