Imigani 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Uwironsa umutima w’ubukerebutsi+ aba akunda ubuzima bwiwe. Uwurinda ugutahura azoronka ivyiza+. Matayo 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Umuntu wese rero yumva aya majambo yanje akayashira mu ngiro azomera nk’umugabo w’ubwenge yubatse inzu yiwe ku gitandara+. Abaheburayo 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko bo badutoza indero imisi mikeyi bisunze ivyaboneka ko ari vyiza kuri bo+, mugabo we abigira ku nyungu yacu kugira ngo dusangire ku bweranda bwiwe+.
24 “Umuntu wese rero yumva aya majambo yanje akayashira mu ngiro azomera nk’umugabo w’ubwenge yubatse inzu yiwe ku gitandara+.
10 Kuko bo badutoza indero imisi mikeyi bisunze ivyaboneka ko ari vyiza kuri bo+, mugabo we abigira ku nyungu yacu kugira ngo dusangire ku bweranda bwiwe+.