Imigani 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+. Imigani 29:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ubwibone bw’umuntu yakuwe mw’ivu buzomucisha bugufi+, mugabo uwuciye bugufi mu mutima azocakira ubuninahazwa+. Luka 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.” Yakobo 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mwicishe bugufi mu maso ya Yehova+, na we azobashira hejuru+.
12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+.
23 Ubwibone bw’umuntu yakuwe mw’ivu buzomucisha bugufi+, mugabo uwuciye bugufi mu mutima azocakira ubuninahazwa+.
11 Kuko umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.”