2 Ngoma 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko hari ibintu vyiza+ vyabonetse muri wewe, kuko wakuye ibikingi vyeranda mu gihugu+ kandi ugategurira umutima wawe kurondera Imana y’ukuri+.” Ivyakozwe 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Nimwigaye+ rero, muhindukire+ kugira ngo ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, ngo ibiringo vy’ukuruhurirwa+ bibone kuza bivuye imbere ya Yehova
3 Ariko hari ibintu vyiza+ vyabonetse muri wewe, kuko wakuye ibikingi vyeranda mu gihugu+ kandi ugategurira umutima wawe kurondera Imana y’ukuri+.”
19 “Nimwigaye+ rero, muhindukire+ kugira ngo ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, ngo ibiringo vy’ukuruhurirwa+ bibone kuza bivuye imbere ya Yehova